Abaroma 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ariko hashimirwe Imana kubona mwari abashumba b’igicumuro mugabo mukaba mwacitse abagamburukira ubwo bwoko bw’inyigisho bivuye ku mutima, ari yo mwahawe+. 1 Abakorinto 15:57 Bibiliya y’isi nshasha 57 Ariko hashimirwe Imana, kuko iduha intsinzi biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu+!
17 Ariko hashimirwe Imana kubona mwari abashumba b’igicumuro mugabo mukaba mwacitse abagamburukira ubwo bwoko bw’inyigisho bivuye ku mutima, ari yo mwahawe+.