Yohani 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Uwumva ijambo ryanje kandi akemera uwandungitse arafise ubuzima budahera+, kandi ntaja mu rubanza, mugabo aba avuye mu rupfu akaja mu buzima+.
24 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Uwumva ijambo ryanje kandi akemera uwandungitse arafise ubuzima budahera+, kandi ntaja mu rubanza, mugabo aba avuye mu rupfu akaja mu buzima+.