Yohani 8:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 kandi muzomenya ukuri+, kandi ukuri kuzobagira abidegemvya+.” Abaheburayo 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko kw’ishikanwa rimwe ry’ikimazi+ ari ho abezwa yabagize abatagira akanenge+ ibihe vyose.