Abaroma 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+. Abaheburayo 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+?
21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+.
14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+?