Abafilipi 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kubera ko mwatewe agateka ku bwa Kristu, atari ako kumwizera+ gusa, ariko n’ako gucumukura+ ku bwiwe. Abakolosayi 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ubu ndanezerwa mu mibabaro ndimwo ku bwanyu+, nanje nkaba ndiko ndakwiza ivyasigaye ku makuba+ ya Kristu mu mubiri wanje ku bw’umubiri wiwe, ari wo shengero+.
29 kubera ko mwatewe agateka ku bwa Kristu, atari ako kumwizera+ gusa, ariko n’ako gucumukura+ ku bwiwe.
24 Ubu ndanezerwa mu mibabaro ndimwo ku bwanyu+, nanje nkaba ndiko ndakwiza ivyasigaye ku makuba+ ya Kristu mu mubiri wanje ku bw’umubiri wiwe, ari wo shengero+.