Abanyefeso 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo na mwebwe mwaramwizigiye aho mumariye kwumva rya jambo ry’ukuri+, ya nkuru nziza y’ubukiriro bwanyu+. Biciye kuri we kandi, aho mumariye kwemera, mwaradomweko ikidodo+ ca ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe+,
13 Mugabo na mwebwe mwaramwizigiye aho mumariye kwumva rya jambo ry’ukuri+, ya nkuru nziza y’ubukiriro bwanyu+. Biciye kuri we kandi, aho mumariye kwemera, mwaradomweko ikidodo+ ca ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe+,