Yohani 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Jewe nkunga ubumwe na bo, nawe ukunga ubumwe nanje, kugira ngo batunganywe babe umwe+, ngo isi imenye yuko ari wewe wantumye be n’uko wabakunze nk’uko wankunze. Abaroma 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko nimba twacitse abunze ubumwe na we mu rupfu rusa n’urwiwe+, nta nkeka kandi ko tuzokwunga ubumwe na we mw’izuka risa n’iryiwe+; 1 Abakorinto 15:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Kandi nk’uko twambaye ishusho+ y’umwe akozwe mu mukungugu, tuzokwambara n’ishusho+ y’uwo mw’ijuru. Abanyefeso 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 mukambara+ wa muntu mushasha+ yaremwe+ hisunzwe ukugomba kw’Imana mu bugororotsi+ bw’ukuri no mu kudahemuka kw’ukuri.
23 Jewe nkunga ubumwe na bo, nawe ukunga ubumwe nanje, kugira ngo batunganywe babe umwe+, ngo isi imenye yuko ari wewe wantumye be n’uko wabakunze nk’uko wankunze.
5 Kuko nimba twacitse abunze ubumwe na we mu rupfu rusa n’urwiwe+, nta nkeka kandi ko tuzokwunga ubumwe na we mw’izuka risa n’iryiwe+;
49 Kandi nk’uko twambaye ishusho+ y’umwe akozwe mu mukungugu, tuzokwambara n’ishusho+ y’uwo mw’ijuru.
24 mukambara+ wa muntu mushasha+ yaremwe+ hisunzwe ukugomba kw’Imana mu bugororotsi+ bw’ukuri no mu kudahemuka kw’ukuri.