Abaroma 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kuko muri yo ari ho ubugororotsi bw’Imana+ buriko burahishurwa bivanye n’ukwizera+ kandi bikagana ku kwizera, nk’uko vyanditswe ngo: “Mugabo umugororotsi—azobeshwaho n’ukwizera+.” Abaroma 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi; Abafilipi 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kandi nze nsangwe mu bumwe na we, ntafise ubugororotsi bwanje bwite, bumwe buva kw’itegeko+, mugabo mfise ububoneka biciye ku kwizera+ Kristu, ari bwo bugororotsi buva ku Mana hishimikijwe ukwizera+,
17 kuko muri yo ari ho ubugororotsi bw’Imana+ buriko burahishurwa bivanye n’ukwizera+ kandi bikagana ku kwizera, nk’uko vyanditswe ngo: “Mugabo umugororotsi—azobeshwaho n’ukwizera+.”
11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi;
9 kandi nze nsangwe mu bumwe na we, ntafise ubugororotsi bwanje bwite, bumwe buva kw’itegeko+, mugabo mfise ububoneka biciye ku kwizera+ Kristu, ari bwo bugororotsi buva ku Mana hishimikijwe ukwizera+,