Abanyefeso 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muri we, turaronka ukubohorwa biciye ku ncungu* tubihawe n’amaraso+ y’uwo, egome, ukubabarirwa+ amakosa yacu, nk’uko ubutunzi bw’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo buri+. Abanyefeso 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu vy’ukuri, ubwo buntu ata wari abukwiriye ni bwo mwakirishijwe biciye mu kwizera+; kandi ivyo ntibiva kuri mwebwe+, ni ingabirano y’Imana+.
7 Muri we, turaronka ukubohorwa biciye ku ncungu* tubihawe n’amaraso+ y’uwo, egome, ukubabarirwa+ amakosa yacu, nk’uko ubutunzi bw’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo buri+.
8 Mu vy’ukuri, ubwo buntu ata wari abukwiriye ni bwo mwakirishijwe biciye mu kwizera+; kandi ivyo ntibiva kuri mwebwe+, ni ingabirano y’Imana+.