Tito 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Guma uhimiriza n’abasore nyene babe abaroranye mu muzirikanyi+, 1 Petero 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.
7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.