1 Abakorinto 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hari rero ingabirano zitandukanye+, mugabo hari impwemu imwe+; Abanyefeso 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nabaye umusuku+ w’ivyo nk’uko ya ngabirano ya gusa iri, imwe y’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ubwo nahawe hisunzwe ukuntu ububasha bwayo bukora+.
7 Nabaye umusuku+ w’ivyo nk’uko ya ngabirano ya gusa iri, imwe y’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ubwo nahawe hisunzwe ukuntu ububasha bwayo bukora+.