1 Abatesalonika 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Murabe ntihagire uwishura uwundi ikibi ku kindi+, ahubwo mwame mukurikirana iciza ku bijanye na bagenzi banyu no ku bandi bose+. 1 Petero 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi. 1 Petero 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ata kwishura ikibi ku kindi+ canke igitutsi ku kindi+, ahubwo muhezagire+, kuko mwahamagariwe iyo nzira, kugira ngo mutorane umuhezagiro.
15 Murabe ntihagire uwishura uwundi ikibi ku kindi+, ahubwo mwame mukurikirana iciza ku bijanye na bagenzi banyu no ku bandi bose+.
23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.
9 ata kwishura ikibi ku kindi+ canke igitutsi ku kindi+, ahubwo muhezagire+, kuko mwahamagariwe iyo nzira, kugira ngo mutorane umuhezagiro.