ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 14:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Muhe ikaze umuntu afise ubugoyagoye+ mu kwizera kwiwe, mugabo atari kugira ngo mufate ingingo ku vyo yibaza imbere muri we+.

  • Abagalatiya 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bene wacu, naho umuntu yotirimuka+ imbere y’uko abimenya, mwebwe abafise kamere zisabwa zo mu vy’impwemu+ mugerageze kubogora umuntu mwene uwo n’umutima w’ubwitonzi+, kandi na wewe ubwawe wigumizeko ijisho+, kugira ngo nawe ntuhave ugeragezwa+.

  • Abagalatiya 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mubandanye kwikoreranira imizigo+, gutyo mushitse rya tegeko rya Kristu+.

  • 1 Abatesalonika 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ariko turabahimiriza, bene wacu, mukebure abatagendera ku rutonde+, muyagishe abadendebukiwe n’ijwi ryirura+, mufate mu mugongo abagoyagoya, mwiyumanganye+ kuri bose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika