Abaroma 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko kuba handitswe ngo: “yabiharuweko+”, ntivyanditswe ku bwiwe gusa+, 1 Abakorinto 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo bintu rero vyababako nk’uburorero, kandi vyanditswe ngo bitubere imburi+ twebwe abashitsweko n’amaherezo y’ibihe+.
11 Ivyo bintu rero vyababako nk’uburorero, kandi vyanditswe ngo bitubere imburi+ twebwe abashitsweko n’amaherezo y’ibihe+.