2 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi, 2 Petero 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko rero, turafise ijambo ry’ubuhanuzi+ ryagizwe ntakekeranywa kuruta+; kandi muriko mugira neza kuryitwararika nk’itara+ rikayanganira ahantu h’umwiza, gushika umusi utamanzuye n’inyenyeri y’umutwenzi*+ igaseruka, mu mitima yanyu.
16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,
19 Nuko rero, turafise ijambo ry’ubuhanuzi+ ryagizwe ntakekeranywa kuruta+; kandi muriko mugira neza kuryitwararika nk’itara+ rikayanganira ahantu h’umwiza, gushika umusi utamanzuye n’inyenyeri y’umutwenzi*+ igaseruka, mu mitima yanyu.