12 Kuri ivyo nya bantu indiri bose baracereza, batangura kwumviriza ingene Barunaba na Paulo bigana ibimenyetso n’ibitangaza vyinshi Imana yakoze mu mahanga biciye kuri bo+.
12 Mu vy’ukuri, ibimenyetso biranga intumwa+ vyarerekanywe muri mwebwe biciye ku kwihangana kwose+, be no ku bimenyetso n’ibitangaza be n’ibikorwa vy’ububasha+.