Abaroma 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo ga bene wacu+, sinshaka ko muyoberwa yuko kenshi niyemeje kuza iwanyu+, mugabo nkagira ikintangira gushika ubu, kugira ngo ndonke ivyamwa+ no muri mwebwe, cokimwe no mu yandi mahanga.
13 Mugabo ga bene wacu+, sinshaka ko muyoberwa yuko kenshi niyemeje kuza iwanyu+, mugabo nkagira ikintangira gushika ubu, kugira ngo ndonke ivyamwa+ no muri mwebwe, cokimwe no mu yandi mahanga.