2 Abakorinto 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko nzi umutima ukunze mufise, uwo nirata ku Banyamakedoniya ku biberekeye, yuko intara ya Akaya ubu imaze umwaka yiteguye+, kandi umwete wanyu warakabuye benshi muri bo.
2 kuko nzi umutima ukunze mufise, uwo nirata ku Banyamakedoniya ku biberekeye, yuko intara ya Akaya ubu imaze umwaka yiteguye+, kandi umwete wanyu warakabuye benshi muri bo.