Matayo 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bambaye nk’intama+ mugabo imbere muri bo ari amabingira y’amarara+. Abaroma 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ariko hashimirwe Imana kubona mwari abashumba b’igicumuro mugabo mukaba mwacitse abagamburukira ubwo bwoko bw’inyigisho bivuye ku mutima, ari yo mwahawe+.
15 “Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bambaye nk’intama+ mugabo imbere muri bo ari amabingira y’amarara+.
17 Ariko hashimirwe Imana kubona mwari abashumba b’igicumuro mugabo mukaba mwacitse abagamburukira ubwo bwoko bw’inyigisho bivuye ku mutima, ari yo mwahawe+.