2 Petero 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Vyongeye, babigiranye umwina bazobarya imitsi bakoresheje amajambo y’uruhendo+. Mugabo ku biberekeye, urubanza rwo kuva kera+ ntiruriko rurikwega, n’ugutikizwa kwabo ntigusinziriye+. Yuda 16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abo bantu ni abidodomvyi+, abidozi bidogera umugabane wabo mu buzima, bagenda bisunga ivyipfuzo vyabo bwite+, kandi iminwa yabo ivuga ibintu vyo kwivyimvya+, mu gihe batangarira abahambaye+ ku bw’inyungu yabo bwite.
3 Vyongeye, babigiranye umwina bazobarya imitsi bakoresheje amajambo y’uruhendo+. Mugabo ku biberekeye, urubanza rwo kuva kera+ ntiruriko rurikwega, n’ugutikizwa kwabo ntigusinziriye+.
16 Abo bantu ni abidodomvyi+, abidozi bidogera umugabane wabo mu buzima, bagenda bisunga ivyipfuzo vyabo bwite+, kandi iminwa yabo ivuga ibintu vyo kwivyimvya+, mu gihe batangarira abahambaye+ ku bw’inyungu yabo bwite.