Imigani 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hindukira wemere igikangiro canje+. Maze nzotuma impwemu yanje idudubiza kuri mwebwe+; nzobamenyesha amajambo yanje+. Yohani 6:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Impwemu ni yo itanga ubuzima+; umubiri nta co umaze na gato. Amajambo mbabwiye ni impwemu+ kandi ni ubuzima+.
23 Hindukira wemere igikangiro canje+. Maze nzotuma impwemu yanje idudubiza kuri mwebwe+; nzobamenyesha amajambo yanje+.
63 Impwemu ni yo itanga ubuzima+; umubiri nta co umaze na gato. Amajambo mbabwiye ni impwemu+ kandi ni ubuzima+.