1 Abakorinto 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ico nshaka kuvuga ni iki: yuko umwe wese muri mwebwe avuga ngo: “Jewe ndi uwa Paulo,” “Nanje uwa Apolo+,” “Nanje uwa Kefa,” “Nanje uwa Kristu.” 1 Abakorinto 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ubwa mbere hoho, iyo mukoraniye hamwe mw’ishengero, numva ngo hariho ukwicamwo ibice muri mwebwe+; kandi ku rugero kanaka ndavyemera.
12 Ico nshaka kuvuga ni iki: yuko umwe wese muri mwebwe avuga ngo: “Jewe ndi uwa Paulo,” “Nanje uwa Apolo+,” “Nanje uwa Kefa,” “Nanje uwa Kristu.”
18 Kuko ubwa mbere hoho, iyo mukoraniye hamwe mw’ishengero, numva ngo hariho ukwicamwo ibice muri mwebwe+; kandi ku rugero kanaka ndavyemera.