-
Matayo 7:25Bibiliya y’isi nshasha
-
-
25 Maze imvura iracuncubuka, amasegenya aratemba, imiyaga irahuhuta, yisuka kuri iyo nzu, ariko ntiyahomvoka kubera ko yari ishinze ku gitandara.
-