1 Abakorinto 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba ndabikorana umutima ukunze+, ndafise impembo+; mugabo nimba ndabikora ku kagobero, na ho nyene ndafise ububwiriza+ najejwe.
17 Nimba ndabikorana umutima ukunze+, ndafise impembo+; mugabo nimba ndabikora ku kagobero, na ho nyene ndafise ububwiriza+ najejwe.