Imigani 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntube inkerebutsi mu maso yawe bwite+. Tinya Yehova, uce kure ikibi+. Luka 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi shebuja yarakeje nya mubwiriza, naho atari agororotse, kubera yakoranye ubukerebutsi ngirakamaro+; kuko abana b’iki gihe* ari inkerebutsi mu buryo ngirakamaro kw’iyaruka ryabo bwite kuruta abana b’umuco+.
8 Kandi shebuja yarakeje nya mubwiriza, naho atari agororotse, kubera yakoranye ubukerebutsi ngirakamaro+; kuko abana b’iki gihe* ari inkerebutsi mu buryo ngirakamaro kw’iyaruka ryabo bwite kuruta abana b’umuco+.