Ivyakozwe 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko atuma i Makedoniya babiri mu bamukorera, ari bo Timoteyo+ na Erasito+, mugabo we ubwiwe atebera mu ntara ya Aziya igihe gitoyi. Abafilipi 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nayo jewe, ndizigiye mu Mukama Yezu kubarungikira Timoteyo vuba, kugira ngo mbone kugira akamwemwe+ ninamenya ivyanyu. 1 Abatesalonika 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 turaheza turungika Timoteyo+, mwene wacu akaba n’umusuku w’Imana mu bijanye n’inkuru nziza+ yerekeye Kristu, kugira ngo abashikamishe yongere abahoze kugira ngo ukwizera kwanyu gukomezwe,
22 Nuko atuma i Makedoniya babiri mu bamukorera, ari bo Timoteyo+ na Erasito+, mugabo we ubwiwe atebera mu ntara ya Aziya igihe gitoyi.
19 Nayo jewe, ndizigiye mu Mukama Yezu kubarungikira Timoteyo vuba, kugira ngo mbone kugira akamwemwe+ ninamenya ivyanyu.
2 turaheza turungika Timoteyo+, mwene wacu akaba n’umusuku w’Imana mu bijanye n’inkuru nziza+ yerekeye Kristu, kugira ngo abashikamishe yongere abahoze kugira ngo ukwizera kwanyu gukomezwe,