Umusiguzi 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubukerebutsi buraruta ibikoresho vy’indwano, kandi umucumuzi umwe gusa arashobora kwica ivyiza vyinshi+. 1 Abakorinto 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ntimuzimire. Kwifatanya n’ababi kwonona ingeso nziza+.
18 Ubukerebutsi buraruta ibikoresho vy’indwano, kandi umucumuzi umwe gusa arashobora kwica ivyiza vyinshi+.