Gusubira mu vyagezwe 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nimurondere abagabo b’inkerebutsi, b’ubwenge+ kandi bazi utuntu n’utundi+ bo mu miryango yanyu, kugira ndabagire abakuru banyu+.’ 1 Timoteyo 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umucungezi akwiye rero kuba ata co anegurwa+, ari umugabo w’umugore umwe, atarenza urugero+ mu ngeso, aroranye mu muzirikanyi+, umunyarutonde+, umwakiranyi+, ashoboye kwigisha+,
13 Nimurondere abagabo b’inkerebutsi, b’ubwenge+ kandi bazi utuntu n’utundi+ bo mu miryango yanyu, kugira ndabagire abakuru banyu+.’
2 Umucungezi akwiye rero kuba ata co anegurwa+, ari umugabo w’umugore umwe, atarenza urugero+ mu ngeso, aroranye mu muzirikanyi+, umunyarutonde+, umwakiranyi+, ashoboye kwigisha+,