ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mugabo Imana yaramuzuye+ mu kumubohora mu mibabaro y’urupfu+, kuko bitashoboka ko rubandanya kumugumya+.

  • Abaroma 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Twahambanywe+ na we rero biciye ku kubatizwa kwacu mu rupfu rwiwe, kugira ngo nk’uko Kristu yazuwe mu bapfuye biciye ku buninahazwa bwa Se+, na twebwe nyene tugendere mu buzima bushasha+.

  • Abanyefeso 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 iryo yakoresheje mu bijanye na Kristu hamwe yamuzura mu bapfuye+ ikamwicarika iburyo bwayo+ mu bibanza vyo mw’ijuru+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika