Kuvayo 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Niyazana uwundi mugore, ivyo kurya vyiwe, ivyambarwa vyiwe+ be n’uburenganzira bwiwe bwo mu mubano w’ababiranye+ ntibikwiye kugabanywa. 1 Abakorinto 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntimuvyimane+, kiretse mwumvikanye ku bw’igihe kanaka+, kugira muhebere umwanya ugusenga hanyuma mwongere kuja hamwe, kugira ngo Shetani ntagume abagerageza+ kubera ukutigumya kwanyu+.
10 Niyazana uwundi mugore, ivyo kurya vyiwe, ivyambarwa vyiwe+ be n’uburenganzira bwiwe bwo mu mubano w’ababiranye+ ntibikwiye kugabanywa.
5 Ntimuvyimane+, kiretse mwumvikanye ku bw’igihe kanaka+, kugira muhebere umwanya ugusenga hanyuma mwongere kuja hamwe, kugira ngo Shetani ntagume abagerageza+ kubera ukutigumya kwanyu+.