Matayo 24:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Na mwebwe nyene, mukabona ivyo bintu vyose, muze mumenye ko ari hafi ku miryango+. Abaroma 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo mubikore kandi kubera muzi iki kiringo, yuko isaha y’uko mwikangura+ mukava mw’itiro imaze kugera, kuko ubu ubukiriro bwacu buri hafi kuruta igihe twacika abemera+. 1 Petero 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.
11 Ivyo mubikore kandi kubera muzi iki kiringo, yuko isaha y’uko mwikangura+ mukava mw’itiro imaze kugera, kuko ubu ubukiriro bwacu buri hafi kuruta igihe twacika abemera+.
7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.