ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 14:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ndazi kandi naranyuzwe mu Mukama Yezu yuko ata kintu gihumanye ubwaco+; iyo gusa umuntu yiyumvira ko ikintu gihumanye, kuri we kiba gihumanye+.

  • 1 Abakorinto 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko hamwe hogira uwukubona, wewe ufise ubumenyi, uri ku meza mu rusengero rw’ikigirwamana, mbega ijwi ryo mu mutima ry’uwo agoyagoya ntiryokwubahurwa gushika aho arya ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika