1 Timoteyo 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 aba yivyimvya+, adategera ikintu na kimwe+; ahubwo aba arwaye mu mutwe+ arwajwe n’ibibazo be n’impari ku majambo+. Ivyo bivamwo agashari+, ugushihana, ugutukana+, imyikeko mibi,
4 aba yivyimvya+, adategera ikintu na kimwe+; ahubwo aba arwaye mu mutwe+ arwajwe n’ibibazo be n’impari ku majambo+. Ivyo bivamwo agashari+, ugushihana, ugutukana+, imyikeko mibi,