Abaroma 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ndazi kandi naranyuzwe mu Mukama Yezu yuko ata kintu gihumanye ubwaco+; iyo gusa umuntu yiyumvira ko ikintu gihumanye, kuri we kiba gihumanye+. 1 Abakorinto 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nihagira uwo mu batemera abatumira mugashima kugenda, murarye ibishizwe imbere yanyu vyose+ ata co mubajije kubera ijwi ryanyu ryo mu mutima+.
14 Ndazi kandi naranyuzwe mu Mukama Yezu yuko ata kintu gihumanye ubwaco+; iyo gusa umuntu yiyumvira ko ikintu gihumanye, kuri we kiba gihumanye+.
27 Nihagira uwo mu batemera abatumira mugashima kugenda, murarye ibishizwe imbere yanyu vyose+ ata co mubajije kubera ijwi ryanyu ryo mu mutima+.