Abaroma 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo nimba akekeranya, aba amaze gutsindwa n’urubanza iyo afunguye+, kuko atarya bivuye ku kwizera. Nkako, ikintu cose kitavuye ku kwizera kiba ari igicumuro+.
23 Mugabo nimba akekeranya, aba amaze gutsindwa n’urubanza iyo afunguye+, kuko atarya bivuye ku kwizera. Nkako, ikintu cose kitavuye ku kwizera kiba ari igicumuro+.