Matayo 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.” Abaroma 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko nimba mwene wanyu atuntuye kubera ibifungurwa, ntuba ukigendera mu rukundo+. Ntuhonye uwo Kristu yapfiriye, biciye ku bifungurwa vyawe+.
28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.”
15 Kuko nimba mwene wanyu atuntuye kubera ibifungurwa, ntuba ukigendera mu rukundo+. Ntuhonye uwo Kristu yapfiriye, biciye ku bifungurwa vyawe+.