Matayo 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo uwo wese atsitaza umwe muri aba batoyi banyizera, yopfuma yambikwa mw’izosi urusyo+ nka rumwe ruzungurutswa n’indogobwa, akadwibizwa mu kiyaga kinini amahanga+. Abaroma 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ni vyiza kutarya inyama canke kutanywa umuvinyu canke kudakora ikintu na kimwe gitsitaza mwene wanyu+. 2 Abakorinto 11:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ni nde agoyagoya+ nanje singoyagoye? Ni nde atsitara nanje sindurumbe ishavu?
6 Mugabo uwo wese atsitaza umwe muri aba batoyi banyizera, yopfuma yambikwa mw’izosi urusyo+ nka rumwe ruzungurutswa n’indogobwa, akadwibizwa mu kiyaga kinini amahanga+.
21 Ni vyiza kutarya inyama canke kutanywa umuvinyu canke kudakora ikintu na kimwe gitsitaza mwene wanyu+.