1 Petero 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Namwe bagore, ni kwo kw’ukwo+, muyobokere+ abagabo banyu bwite, kugira ngo nimba hari abatagamburukira+ rya jambo, bagondozwe+ ata jambo rivuzwe, biciye ku ngeso z’abagore babo+,
3 Namwe bagore, ni kwo kw’ukwo+, muyobokere+ abagabo banyu bwite, kugira ngo nimba hari abatagamburukira+ rya jambo, bagondozwe+ ata jambo rivuzwe, biciye ku ngeso z’abagore babo+,