Yohani 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ndabahaye ibwirizwa rishasha: mukundane. Nk’uko nabakunze+, abe ari ko namwe mukundana+. Abagalatiya 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mubandanye kwikoreranira imizigo+, gutyo mushitse rya tegeko rya Kristu+.