Guharura 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ‘Kubera ko Yehova atari ashoboye kuzana aba bantu mu gihugu yabarahiye, yaciye atangura kubicira mu gahinga+.’ Ezekiyeli 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Jewe naradugije rero ukuboko ndabarahira mu gahinga+, yuko ntazobazana mu gihugu nari natanze, igihugu gitemba amata n’ubuki+ (ni ikirezi mu bihugu vyose+), Yuda 5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nshaka kubibutsa, naho vyose+ mubizi rimwe rizima, yuko Yehova, naho yakijije igisata c’abantu agikuye mu gihugu ca Misiri+, mu nyuma yatikije abaterekana ukwizera+.
16 ‘Kubera ko Yehova atari ashoboye kuzana aba bantu mu gihugu yabarahiye, yaciye atangura kubicira mu gahinga+.’
15 Jewe naradugije rero ukuboko ndabarahira mu gahinga+, yuko ntazobazana mu gihugu nari natanze, igihugu gitemba amata n’ubuki+ (ni ikirezi mu bihugu vyose+),
5 Nshaka kubibutsa, naho vyose+ mubizi rimwe rizima, yuko Yehova, naho yakijije igisata c’abantu agikuye mu gihugu ca Misiri+, mu nyuma yatikije abaterekana ukwizera+.