ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Niwavyara abana ukagira n’abuzukuru kandi mukaba mumaze igihe kirekire muba muri ico gihugu, maze mukikwegera guhona+, mugahingura igishusho c’ikibazano+, ishusho y’ikintu ico ari co cose, mugakora ibibi mu maso ya Yehova Imana yawe+ kugira mumubabaze,

  • Abakolosayi 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nimwice+ rero ibihimba vy’umubiri+ wanyu biri kw’isi ku bijanye n’ubusambanyi, ubuhumane, inambu y’umubiri+, ivyipfuzo vyonona, n’umwina+ ari kwo gusenga ibigirwamana.

  • 1 Yohani 5:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Bana bato, mwirinde ibigirwamana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika