Abaroma 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ni ko na twebwe, naho turi benshi, turi umubiri umwe+ mu bumwe na Kristu, mugabo umwe wese akaba igihimba ca mugenziwe+. 1 Abakorinto 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 kugira ngo ntihabe ukwicamwo ibice mu mubiri, mugabo ngo ibihimba vyawo bibabarane kumwe+.
5 ni ko na twebwe, naho turi benshi, turi umubiri umwe+ mu bumwe na Kristu, mugabo umwe wese akaba igihimba ca mugenziwe+.