1 Abakorinto 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko hamwe hogira uwukubona, wewe ufise ubumenyi, uri ku meza mu rusengero rw’ikigirwamana, mbega ijwi ryo mu mutima ry’uwo agoyagoya ntiryokwubahurwa gushika aho arya ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana+?
10 Kuko hamwe hogira uwukubona, wewe ufise ubumenyi, uri ku meza mu rusengero rw’ikigirwamana, mbega ijwi ryo mu mutima ry’uwo agoyagoya ntiryokwubahurwa gushika aho arya ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana+?