1 Abakorinto 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ku bagoyagoya nacitse uwugoyagoya, ngo ndonke abagoyagoya+. Nacitse vyose ku bantu b’uburyo bwose+, kugira ngo uko bishoboka kwose ngire abo nkiza.
22 Ku bagoyagoya nacitse uwugoyagoya, ngo ndonke abagoyagoya+. Nacitse vyose ku bantu b’uburyo bwose+, kugira ngo uko bishoboka kwose ngire abo nkiza.