Abaroma 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umwe wese muri twebwe nashimishe mugenziwe mu vyiza kugira ngo yubakwe+. Abafilipi 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 umwe wese ubwiwe ntagume araba ivyiwe bwite gusa+, ariko arabe n’ivy’abandi+.