Matayo 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu aca amubwira ati: “Urahiriwe, Simoni mwene Yona, kuko ab’inyama n’amaraso atari bo babiguhishuriye, mugabo Dawe ari mw’ijuru ni we yabiguhishuriye+. 1 Yohani 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iki ni co mumenyerako ijambo ry’irihumekano riva ku Mana+: Ijambo ry’irihumekano ryose ryemera icese Yezu Kristu yuko yaje mu mubiri rikomoka ku Mana+,
17 Yezu aca amubwira ati: “Urahiriwe, Simoni mwene Yona, kuko ab’inyama n’amaraso atari bo babiguhishuriye, mugabo Dawe ari mw’ijuru ni we yabiguhishuriye+.
2 Iki ni co mumenyerako ijambo ry’irihumekano riva ku Mana+: Ijambo ry’irihumekano ryose ryemera icese Yezu Kristu yuko yaje mu mubiri rikomoka ku Mana+,