1 Abakorinto 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko ubu ga bene wacu, hamwe noza iwanyu ndababwira mu zindi ndimi, ni iciza nyabaki noba ndabakoreye kiretse ndababwiye mfise ivyahishuwe+ canke ubumenyi+ canke ubuhanuzi canke inyigisho? 2 Abakorinto 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yamara rero, nk’uko muriko muragwira muri vyose+, mu kwizera no mu majambo no mu bumenyi+ no mu bwira bwose no muri uru rukundo tubakunda, abe ari na ko mugwira muri ukwo gutanga n’umutima ukunze.
6 Ariko ubu ga bene wacu, hamwe noza iwanyu ndababwira mu zindi ndimi, ni iciza nyabaki noba ndabakoreye kiretse ndababwiye mfise ivyahishuwe+ canke ubumenyi+ canke ubuhanuzi canke inyigisho?
7 Yamara rero, nk’uko muriko muragwira muri vyose+, mu kwizera no mu majambo no mu bumenyi+ no mu bwira bwose no muri uru rukundo tubakunda, abe ari na ko mugwira muri ukwo gutanga n’umutima ukunze.