1 Yohani 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bakundwa, ntimwemere ijambo ry’irihumekano ryose+, mugabo mugeze amajambo y’amahumekano murabe ko akomoka ku Mana+, kuko abahanuzi b’ikinyoma benshi badutse mw’isi+.
4 Bakundwa, ntimwemere ijambo ry’irihumekano ryose+, mugabo mugeze amajambo y’amahumekano murabe ko akomoka ku Mana+, kuko abahanuzi b’ikinyoma benshi badutse mw’isi+.