Yohani 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uwo wese anywa ku mazi nzomuha ntazokwigera anyoterwa na gato+, mugabo amazi nzomuha azocika muri we isôko ry’amazi+ adudubiza ngo atange ubuzima budahera+.” Yohani 7:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Ku musi wa nyuma, ari wo uhambaye kuri uwo musi mukuru+, Yezu arahagarara, arasemerera ati: “Nimba hari uwunyotewe+, naze kuri jewe anywe. Ivyahishuwe 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi impwemu+ na wa mugeni+ biguma bivuga biti: “Ingo!” Kandi uwo wese yumva navuge ati: “Ingo+!” Kandi uwo wese anyotewe naze+; uwo wese ashaka niyakire amazi y’ubuzima ku buntu+.
14 Uwo wese anywa ku mazi nzomuha ntazokwigera anyoterwa na gato+, mugabo amazi nzomuha azocika muri we isôko ry’amazi+ adudubiza ngo atange ubuzima budahera+.”
37 Ku musi wa nyuma, ari wo uhambaye kuri uwo musi mukuru+, Yezu arahagarara, arasemerera ati: “Nimba hari uwunyotewe+, naze kuri jewe anywe.
17 Kandi impwemu+ na wa mugeni+ biguma bivuga biti: “Ingo!” Kandi uwo wese yumva navuge ati: “Ingo+!” Kandi uwo wese anyotewe naze+; uwo wese ashaka niyakire amazi y’ubuzima ku buntu+.