Matayo 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku bw’ivyo rero, niwafasha umworo*+, ntuvuze urumbete+ imbere yawe nk’uko abiyorobetsi babigira mu masinagogi no mu mabarabara, kugira baninahazwe n’abantu. Ni ukuri ndabibabwiye: Baramaze kuronka impembo yabo yose.
2 Ku bw’ivyo rero, niwafasha umworo*+, ntuvuze urumbete+ imbere yawe nk’uko abiyorobetsi babigira mu masinagogi no mu mabarabara, kugira baninahazwe n’abantu. Ni ukuri ndabibabwiye: Baramaze kuronka impembo yabo yose.